Abadayimoni n’Ukugene Twobagwanya
-
- 4,99 €
-
- 4,99 €
Description de l’éditeur
Ibikorwa vy'abadayimoni biraja ahabona muri iki gitabo ciza gishasha ca Dag Heward-Mills. Hakoreshejwe intahe ya wa musazi w'i gadara, arerekana inzira y'intsinzi ku badayimoni n'impwemu mbi.